UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ruhuhuma 2025
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 14 Ndamukiza–4 Rusama 2025.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 6
Igituma dukenguruka imbabazi za Yehova
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 14-20 Ndamukiza 2025.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 7
Wungukira gute ku mbabazi za Yehova?
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 21-27 Ndamukiza 2025.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 8
Wokwigana gute imbabazi za Yehova?
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 28 Ndamukiza–4 Rusama 2025.
INKURU Y’UBUZIMA
«Sinigeze mba ndi jenyene»
Raba igituma Angelito Balboa yemera ko Yehova yamye ari kumwe na we, mbere no mu bihe bitoroshe yaciyemwo.
Niwamirire kure agatima k’ubwikunzi karangwa muri iyi si
Abantu benshi babona ko bakwiye kuronka uturusho tudasanzwe, kuronka uburenganzira abandi badafise canke gufatwa mu buryo budasanzwe. Raba ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya zimwezimwe zodufasha kwirinda ako gatima.
Ingene woba umugenzi nyakuri
Bibiliya irerekana akamaro ko kugira abagenzi nyakuri mu gihe c’ivyago.
Ikibazo gisanzwe uwo ari we wese yobaza
Cokimwe na Mary, na wewe woshobora gutanguza inyigisho za Bibiliya zitari nke ubajije gusa ikibazo gisanzwe.
Garagaza umutima rugabo igihe uri mu bihe bitoroshe
Ni ivyigwa ibihe twigira ku kuntu Yeremiya na Ebedi-Meleki bagaragaje umutima rugabo?