UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) 15 Mukakaro 2004 Ibitangaro vya Yezu vyoba vyarabaye koko canke ni umugani? Ibitangaro vya Yezu dushobora kuvyigirako iki? ‘Ici n’agatasi ntibizovaho’ Woba uhimbarwa n’“Ivyagezwe vy’Uhoraho”? ‘Ijambo rivumerewe na Yehova’ ntirishobora kunanirwa Nukoreshe imigambi yo mu vy’impwemu kugira uninahaze Umuremyi wawe Kapadokiya—Aho abantu babaye mu vyobo vyakorongoshowe n’umuyaga be n’amazi Ibibazo vy’abasomyi ‘Umuntu w’inkerebutsi wese akorana ubwenge’