Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Uze wifatanye natwe ku wa gatatu, 12 Ndamukiza

Uze wifatanye natwe ku wa gatatu, 12 Ndamukiza

Uze wifatanye natwe ku wa gatatu, 12 Ndamukiza

Ijoro dukwiye kwibuka

Mw’ijoro rya buca Yezu Kirisitu apfa, yaratanguje Icibutso c’urupfu rwiwe. Yezu yakoresheje umuvinyu n’umukate utambiwe bwa bimenyetso, ategeka ati: ‘Muragume mukora murtya kugira ngo kibe icibutso canje’.​—Luka 22:19.

Ivyabona vya Yehova baragutumiye n’igishika cinshi ngo muzohimbarize hamwe ico kintu kiba rimwe mu mwaka. Turakwinginze urabe inyuma y’aka gakaratasi canke ubaze Ivyabona vya Yehova b’aho iwanyu ikibanza, umusi n’isaha nyezina kizoberako.