Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ibirimwo

Ibirimwo

Ibirimwo

15 Ntwarante 2009

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:

4-10 Rusama 2009

Nugumize amaso yawe ku gashimwe

URUPAPURO 11

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 222, 15

11-17 Rusama 2009

“Murikanure”

URUPAPURO 15

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 199, 129

18-24 Rusama 2009

Yehova arabereye ko twese tumushemeza

URUPAPURO 20

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 136, 169

25-31 Rusama 2009

Abagororotsi bazoshemeza Imana ibihe bidahera

URUPAPURO 24

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 48, 165

Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga

Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 11-19

Ivyo biganiro bibiri bikurikirana biratwibutsa igituma bihambaye cane ko tugumiza amaso yacu ku gashimwe Imana idusezeranira. Uko turimbura ibintu bikomeye vyimirije gushika, bizoturemesha kuguma turikanuye.

Ikiganiro c’ukwiga ca 3, 4 URUPAPURO 20-28

Ivyo biganiro biraca irya n’ino Zaburi ya 111 n’iya 112, zose zikaba zunganirana. Zaburi ya 111 irashemeza Yehova kubera ibikorwa vyiza igitangaza yakoze be na kamere nziza igitangaza afise. Zaburi ya 112 na yo irerekana ukuntu ibikorwa bihambaye Yehova yakoze bikwiye gutuma dutinya kutamuhimbara kandi tukigana kamere ziwe nziza.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI:

“Umumarayika wa Yehova ashagaje impande zose”

URUPAPURO 3

Ntukibagire Yehova

URUPAPURO 6

Ushobora gute kwihangana mu busuku?

URUPAPURO 29

Ibibazo vy’abasomyi

URUPAPURO 32