Ibirimwo
Ibirimwo
15 Munyonyo 2009
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
28 Kigarama 2009–3 Nzero 2010
Amasengesho utura ahishura iki ku bikwerekeye?
URUPAPURO 3
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 67, 13
4-10 Nzero 2010
Nuryohore amasengesho yawe biciye ku kwiyigisha Bibiliya
URUPAPURO 7
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 56, 57
11-17 Nzero 2010
Nuhe agaciro ikibanza ufise mw’ishengero
URUPAPURO 13
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 53, 48
18-24 Nzero 2010
Tugume turushiriza kugaragaza urukundo rwa kivukanyi
URUPAPURO 20
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 25, 73
25-31 Nzero 2010
Tugaragaze imico myiza kuko turi abasuku b’Imana
URUPAPURO 24
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 34, 72
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 3-11
Ikiganiro ca mbere co muri ivyo biganiro bibiri kizogufasha gusuzuma amasengesho utura Yehova. Ikiganiro ca kabiri na co kirashobora kugufasha kumenya uburyo butandukanye bwogufasha kuryohora amasengesho yawe kubera ko kikuremesha kwihweza witonze ivyo abasavyi b’Imana basavye be n’amajambo bavuze yo gushemeza hamwe n’ayo gukenguruka dusanga muri Bibiliya.
Icigwa c’ukwiga ca 3 URUPAPURO 13-17
Kubera ko turi abakirisu, umwe wese muri twebwe arafise ikibanza mu ndinganizo Yehova yashizeho yerekeye ugusenga kw’ukuri. Iki kiganiro kiraca irya n’ino uburyo butandukanye dushobora kugaragazamwo ko duha agaciro ikibanza dufise mw’ishengero rya gikirisu.
Ikiganiro c’ukwiga ca 4, 5 URUPAPURO 20-29
Kugaragaza urukundo rwa kivukanyi ni ikintu nyamukuru gituma mw’ishengero harangwa ubumwe. Kugira imico myiza na vyo ni umuce uhambaye uranga ubusuku bwa gikirisu. Ibi biganiro birerekana ukuntu dushobora gutsimbataza izo kamere zibiri ziranga ubuzima bwacu.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
URUPAPURO 12
Nutangane akamwemwe ubikuye ku mutima
URUPAPURO 18
Akigeme gafise umutima wo gutanga
URUPAPURO 29
Niwitwararikane urukundo abavukanyi n’abavukanyikazi bawe b’ibipfamatwi
URUPAPURO 30