Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2009
Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2009
Ryerekana igenekerezo ry’inomero ikiganiro gisangwamwo
BIBILIYA
Barayikunze, 1/6
Codex y’i Vatikano, 1/10
Ibikurubikuru vyo mu Vyahishuwe, igice ca 1, 15/1
Ibikurubikuru vyo mu Vyahishuwe, igice ca 2, 15/2
Igituma igihimba cayo canditswe mu kigiriki, 1/4
Iguma ikora mbere no mu rurimi rutagikoreshwa, 1/4
Imvugo ngereranyo ziyikoreshwamwo, 1/5
Irahindura ubuzima, 1/2, 1/7, 1/8, 1/11
Ni ngirakamaro, 1/6
Ubutunzi bwayo busubira kumenyekana, 1/9
Ukuntu ushobora kuyitahura, 1/7
Ukuntu yashitse mw’izinga rinini ritukura, 15/12
Ukuntu yazigamwe, 1/11
Vyoba bikenewe ko wiga igiheburayo n’ikigiriki? 1/11
IBIGANIRO VY’UKWIGA
Abagororotsi bazoshemeza Imana ibihe bidahera, 15/3
Abamarayika ni “impwemu ku bw’igikorwa gikorerwa abantu,” 15/5
Agaciro gahebuje k’inyigisho iva ku Mana, 15/9
Amajambo ya Yezu yoba agira ico akoze ku masengesho yawe, 15/2
Amasengesho utura ahishura iki ku bikwerekeye, 15/11
“Baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama,” 15/2
Dutahure ko Yezu ari we Dawidi Mukuru akaba na we Salomo Mukuru, 15/4
Dutahure neza Musa Mukuru, 15/4
Dutere tugana ku buhumure, ‘umusi wa Yehova uri hafi,’ 15/5
Ehe Umusavyi Yehova ashima, 15/1
Icizigiro co kuba kw’isi ibihe bidahera gisubira guhishurwa, 15/8
Ingene amajambo ya Yezu atuma umuntu agira ubuhirwe, 15/2
‘Ingo unkurikire,’ 15/1
Kristu yoba yarigishije ibijanye no kuba kw’isi ibihe bidahera? 15/8
Kuba kw’isi ibihe bidahera ni icizigiro kiva ku Mana, 15/8
Mesiya ni we Imana ikoresha mu kurokora, 15/12
“Mubane amahoro n’abantu bose,” 15/10
Mugumane wa mutima Kristu yari afise, 15/9
“Muri abagenzi banje,” 15/10
“Murikanure,” 15/3
“Mururumbe impwemu,” 15/10
“Mwigumize mu rukundo rw’Imana,” 15/8
Ni kubera iki twokurikira “Kristu,” 15/5
Niwironkere itunga ‘ryahishijwe muri we,’ 15/7
Nugamburuke kandi ugire umutima rugabo nka Kristu, 15/9
Nugumize amaso ku gashimwe, 15/3
Nuhe agaciro ikibanza ufise mw’ishengero, 15/11
Nureke amajambo Yezu yavuze agire ico akoze ku kuntu wifata, 15/2
Nuronkere umunezero mu guhindura abantu abigishwa, 15/1
Nuryohore amasengesho yawe mu kwiyigisha Bibiliya, 15/11
Nutsimbataze urukundo rutigera runanirwa, 15/12
Nutume iterambere ryawe ryibonekeza, 15/12
Nuvugane ukuri na mugenzawe, 15/6
Rwaruka, nimutume iterambere ryanyu ryibonekeza, 15/5
Tugaragaze imico myiza kuko turi abasuku b’Imana, 15/11
‘Tugirire umwete ibikorwa vyiza,’ 15/6
Tugirire umwete inzu ya Yehova, 15/6
Tugumane umunezero mu bihe bigoye, 15/12
Tugume turushiriza kugaragaza urukundo rwa kivukanyi, 15/11
Twigane Yezu mu kwamamaza n’ubutinyutsi, 15/7
Twigane Yezu mu kwigisha tubigiranye urukundo, 15/7
Ubukerebutsi bwa Yehova burabonekera mu vyo yaremye, 15/4
Ugutungana kwawe gutuma Yehova anezerwa, 15/4
Ukuntu twozigama ubugenzi mw’isi idakundana, 15/10
Umubwiriza w’umwizigirwa n’Inama Nyobozi, 15/6
Umusavyi wa Yehova ‘yacumitiwe ibicumuro vyacu,’ 15/1
Urukundo rwa Kristu ruratuma natwe tugira urukundo, 15/9
Woba uha agaciro ivyo Yehova yakoze ngo akurokore? 15/9
Woba uri ‘umubwiriza w’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana,’ 15/1
Yehova arabereye ko twese tumushemeza, 15/3
Yemwe miryango ya gikirisu, kurikire akarorero ka Yezu, 15/7
Yobu yarashize hejuru izina rya Yehova, 15/4
INKURU Z’UBUZIMA
Amahwaniro atatu yagize ico akoze (G. Warienchuck), 15/10
Haheze imyaka mirongo icenda ntanguye (E. Ridgwell), 15/7
‘Iyi ni yo nzira, mube ari yo mujana’ (E. Pederson yavuzwe na R. Pappas), 15/1
Mbega nokwishura iki Yehova? (R. Danner), 15/6
Nararonse ubuzima buri n’intumbero (G. Martínez), 15/9
Nararonse umunezero naho mfise ubumuga (E. Acosta), 1/6
Ndakenguruka naho nashikiwe n’ivyago (P. Gaspar), 1/5
“Umumarayika wa Yehova ashagaje impande zose” (C. Connell), 15/3
Umuntu ntabeshwaho n’umukate gusa (J. Hisiger), 1/3
IVYABONA VYA YEHOVA
Abasohotse ishure ry’i Gileyadi, 15/2, 1/9
Akigeme gafise umutima wo gutanga, 15/11
Amahwaniro y’intara yataziriwe ngo “Mugume muri maso,” 1/3
Beteli y’i Brooklyn—ubu imaze imyaka ijana, 1/5
Boba bagize idini ry’abaporotisanti? 1/11
Gukorera aho abamamaji bakenewe kuruta ahandi, 15/4, 15/12
Icapuriro ridasanzwe, 1/7
Igihuhusi gikomeye muri Myanmar, 1/3
Ikiyaga kinini kuruta ibindi muri Amerika yo Hagati, 1/9
Imbuto z’ukuri zishika mu turere twa kure, 15/7
Inkuru nziza mu ndimi 500, 1/11
Insiguro y’icese idasanzwe, 1/4
Kwubura itunga ryanyegejwe (Esitoniya), 15/8
Naho akenye arahimbawe kandi arafise icizigiro, 1/9
Naramuronderanye umwete (Irilande), 1/3
Ni kubera iki badakoresha ibishushanyo, 1/2
Niwitwararike abavukanyi n’abavukanyikazi b’ibipfamatwi, 15/11
Uratumiwe n’igishika cinshi (amakoraniro), 1/2
Urugendo rwo gushika ku mpera y’isi (Repubulika ya Sakha), 1/6
Urugendo rwo gusubira muri kahise, 1/12
Woba ushobora kujabuka ukaja i Makedoniya, 15/2
Yehova yaratumye mu maso hiwe hakira kuri bo (ibipfamatwi), 15/8
UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO
Aho ukwiye kuba uri umuhero niwaza, 15/5
Amasengesho atishurwa, 1/1
Amasengesho Imana yumva, 1/2
Amaziko, 15/2
Banega, nimwigane urukundo rwa Kristu, 15/5
Gukoresha neza amahera, 1/8
Gusenyera ku mugozi umwe biratuma mutera imbere mu vy’impwemu, 15/7
Gutegura imiyabaga kugira ngo izororanirwe, 1/5
Idini—Ni je noryihitiramwo canke ni abavyeyi banje? 15/9
“Igihe co gucereza,” 15/5
Igihe hari uwakubabaje, 1/9
Igihe uwo mwubakanye akeneye kwitwararikwa, 1/11
Itayi, 15/5
Kuba ufise vyinshi ukora kandi unezerewe mu murimo w’Imana, 15/12
Kuzeza abandi amabanga, 15/6
Kwisonzesha, 1/4
Mariya, 1/1
Niwakirane ugukenguruka, utangane umutima wawe wose, 15/7
Nkwiye guterera ayangana gute? 1/8
Ntukibagire Yehova, 15/3
Nureke Imana ikuyagire imisi yose, 1/8
Nutangane akamwemwe ubikuye ku mutima, 15/11
Twirinde ibisamaza, 15/8
Ubuzima bwo mu rugo, 1/11
Ugutoza indero abana, 1/2
Ukuntu wonezerererwa ingabirano y’ubwirebange, 15/6
Vyoba bikwiye kwitwikira umutwe mu gihe co gusobanura mu rurimi rw’ibimenyetso?, 15/11
Woba ukwiye kuguma wumiye ku vyo wikundira? 15/2
Woba warigeze gusukura? 15/8
Woshobora gute kwihangana mu busuku? 15/3
Ya “nzira irengeye” y’urukundo, 15/7
UTUNTU N’UTUNDI
Abamisiyonari bari gushika mu turere utuhe two mu Buseruko? 1/1
Abanditsi barwanya Yezu? 1/8
Abantu batandukanye bitwa ba Yakobo, 1/9
Abatanganyigisho, 1/7
Abayuda ‘bakoze ibintu mu kutamenya’ (Ibk 3:17), 15/6
Adamu na Eva boba ari abantu babayeho koko? 1/9
Akana gapfiriye mu nda y’umuvyeyi koba kazozuka? 15/4
Amadini yose yoba ashika ku Mana imwe? 1/6
Amahoro muri iyi si idurumbanye, 1/7
“Amen,” 1/6
“Bene Zeyu,” 1/3
Boba baratoye ubwato bwa Nowa? 1/7
Guhitamwo idini ryiza, 1/8
Haba igitangaro kuri Pentekoti, 1/9
“Herodi Umwami,” 1/12
Ibigushikira vyoba ari ibiba vyaranditswe? 1/3
Ibintu bitandatu bitari vyo vyemerwa n’abiyita abakirisu, 1/11
Icigwa kiri mu Migani 24:27, 15/10
Ico bisobanura kurobanuzwa amavuta, 1/8
Igitabu ca “Yashari” be n’ic’“Intambara z’Uhoraho”? 15/3
Igiti ‘ibibabi vyaco bituma,’ 1/3
Igituma ukwamamaza kwa Paulo i Efeso kwateye akaguma, 1/2
Ikintu cose kirafise igihe caco, 1/3
Imibembe ivugwa muri Bibiliya, 1/2
Impwemu nyeranda—Kubera iki abantu bazazanirwa? 1/10
Imvura, 1/1
Intambara yoba ijanye n’Ubukirisu? 1/10
Inzige zoba zari imfungurwa zimenyerewe? 1/10
Isandugu y’isezerano, 1/9
Izina riba rifise insobanuro, 1/2
Izuka rya Lazaro, 1/3
Korinto, 1/3
Kurushiriza kugira ukwizera, 1/5
Kwongera kuvuka, 1/4
Muri Isirayeli ya kera hoba hariho abavumbi? 1/7
Niwikingire impwemu mbi, 1/5
Pilato yoba yari afise imvo yo gutinya Sezari? 1/1
Rahabu, 1/8
Shemu, 1/10
Shetani yirukanywe mw’ijuru ryari? 15/5
“Tuzorya iki?” 1/8
Twoba twarandikiwe ibidushikira? 1/4
Uburovyi bwo ku Kiyaga c’i Galilaya, 1/10
Ubwicanyi bwabereye mw’ishure, 1/12
Ugukiza ku gitangaro, 1/5
Ugusenga Bayali be n’imisi mikuru irimwo ivy’ubusambanyi, 1/11
Ugusenga kwo mu muryango, 15/10
Ukuntu Iparadizo yatakaye, 1/11
Umugabo yari yizeye imihango y’Imana (Aburahamu), 1/7
Umugende wa Hezekiya, 1/5
Umugenzo wo kuragurira ku nyenyeri mu Bisirayeli, 1/3
“Umukuru w’abarinzi b’urusengero,” 1/10
Umusi mukuru w’umwaka mushasha (muri Aziya), 1/12
Umusore yagaragaje umutima rugabo (Dawidi), 1/1
Umwami Dawidi be n’ibijanye n’umuziki, 1/12
Umwishwa wa Paulo, 1/6
Urimu na Tumimu, 1/6
Vyoba bishoboka kwizera ko hariho Umuremyi? 1/10
Wa Mubesheranyi yoba abaho koko? 1/10
Woba ‘ushinze imizi kandi uhamangiwe ku mushinge’? 15/10
Woba utinya abapfuye? 1/1
Woba warishingiye umwanya wo kwiga Bibiliya? 15/10
Yarakoranye ukwiyubara (Abigayili), 1/7
Yararwanye ngo atsinde ubwoba n’ugukekeranya (Petero), 1/10
Yarigiye ku makosa yiwe (Yona), 1/1
Yarize icigwa mu bijanye no kugira imbabazi (Yona), 1/4
Yeremiya, 1/12
Yeruzalemu yoba yarakikujwe n’ibisonga? 1/5
Yosiya, 1/2
Yowasi, 1/4
YEHOVA
Araha agaciro ubugwaneza, 1/8
Arakwitaho, 1/6
Aratureka tukihitiramwo, 1/11
Aridondora, 1/5
Azorangiza ugucumukura kwose! 1/12
Ibintu bibi bishikira abantu vyoba ari igihano aba atanze? 1/6
Ikimenyamenya gikomeye kuruta ibindi c’urukundo rwiwe, 1/2
Imana ni nde? 1/2
Kwisonzesha vyoba bituma urushiriza kumwiyegereza? 1/4
‘Ndazi neza imibabaro barimwo’ (Kv 3:1-10), 1/3
Ni ibiki Yehova adusaba? 1/10
Ni mweranda, 1/7
Ni we Mana yonyene ishobora kurokora isi, 1/1
Ntiyirengagiza, 1/6
Ntukibagire Yehova, 15/3
Se w’impfuvyi, 1/4
Tumutinye, ntidutinye abantu, 1/3
Umucamanza yama akora ibigororotse, 1/1
Umucamanza yumira ku bigororotse, 1/9
Vatikano iriko iratuma izina ryiwe ridakoreshwa, 1/4
We na Yezu bari kimwe, 1/9
Yipfuza ko twererwa, 1/12
Yoba ari Yezu? 1/2, 1/4
Yoba asezeranira abantu ubutunzi? 1/9
Yoba atwara abana mw’ijuru ngo bacike abamarayika? 1/3
Yoba yemera ko umugabo agira abagore benshi? 1/7
Yoba yihindukiza mw’ijambo? 1/6
YEZU KRISTU
Abafarizayo basa n’“imva zisizwe ishwagara,” 1/11
Ananira ibigeragezo, 1/5
Hoba hari abanyabwenge batatu baje kuraba akana Yezu? 1/12
Icatumye asenga avuga ngo “Abba, Data,” 1/4
Icatumye impuzu yiwe y’imbere ihahamirwa cane, 1/7
Icatumye Yozefu arondera kwahukana, 1/12
Ni kubera iki yogeje ibirenge intumwa ziwe? 1/1
Ivyo tumwigirako ku bijanye na kazoza k’abantu, 1/8
Ivyo tumwigirako ku bijanye n’amasengesho Imana yumva, 1/2
Ivyo tumwigirako ku bijanye n’ubuzima bwo mu rugo, 1/11
Ivyo tumwigirako ku bijanye n’“umuhero,” 1/5
Urusansuma rwatumye avukira i Betelehemu, 1/12
We na Se bari kimwe, 1/9
Yoba ari Imana? 1/2, 1/4