UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Nyakanga 2013

Iyi nomero iraca irya n’ino ukuntu twofata ingingo ziranga ubukerebutsi, twokomeza ubucuti dufitaniye na Yehova Imana be n’ukuntu twokwungukira ku vyibutsa vya Yehova.

Nureke imvugo zo guhushanya ibintu zigufashe

Yezu yarakunda gukoresha imvugo zo guhushanya ibintu. Numenye ukuntu wokoresha imvugo zo guhushanya ibintu mu gufasha abandi kumenya ukuri kwo muri Bibiliya.

Ivyibutsa vya Yehova ni ivyo kwizigirwa

Yehova yamye akoresha ivyibutsa mu kuyobora abasavyi biwe. Kubera iki twokwizigira ivyibutsa vy’Imana muri iki gihe?

Ivyibutsa vya Yehova nubigire umwigino w’umutima wawe

Twoba duhimbarwa no gukurikiza amabwirizwa ya Yehova, canke vyoba bishika tukabona ko ari umuzigo? Dushobora gute kurushiriza kwizigira ivyibutsa vyiwe?

Woba warahinduwe?

Ni kubera iki abakirisu bose bakwiye kurazwa ishinga no ‘guhindurwa’? Ukwo guhinduka kurimwo iki, kandi dushobora gute kubishikako?

Nufate ingingo mu buryo buranga ubukerebutsi

Twokwiyemeza neza gute ko ingingo dufata zihuye n’ivyo Imana igomba? Ni igiki codufasha gushitsa ingingo tuba twafashe?

Gukora ubutsimvyi birakomeza ubucuti dufitaniye n’Imana

Rimbura uburyo umunani gukora ubutsimvyi bishobora gukomeza ubucuti ufitaniye na Yehova. Ni igiki cogufasha kuguma muri uwo muce w’umurimo uvamwo ivyiza?

Ibibazo vy’abasomyi

Kubera iki Yezu yakoroye amosozi imbere y’uko azura Lazaro, nk’uko bivugwa muri Yohani 11:35?