UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ruheshi 2014

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva kw’igenekerezo rya 4 gushika ku rya 31 Myandagaro 2014.

“Sena inzira y’ikirenge cawe” ijana kw’iterambere

Wokura gute intambamyi mu nzira maze ugashika ku migambi yawe yo mu vy’impwemu?

Ibibazo vy’abasomyi

Vyoba bibereye ko abakirisu baturira ibiziga?

Abo dusangiye ukwizera bahukanye twobafasha gute?

Raba ingorane abahukanye bagira be n’ukuntu biyumva.

“Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe”

Raba ico Yezu yashaka kuvuga igihe yavuga ko dukwiye gukunda Yehova n’umutima wacu wose n’ubuzima bwacu bwose be n’umuzirikanyi wacu wose.

“Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda”

Yezu yashaka kuvuga iki igihe yavuga ko dutegerezwa gukunda mugenzi wacu? Twomukunda gute?

Woba uvyibuka?

Woba warasomye witonze inomero z’Umunara w’Inderetsi za vuba? Raba rero nimba ushobora kwishura ibibazo bikurikira

Woba ubona ubugoyagoye bw’abantu nk’uko Yehova abubona?

Urashobora kurushiriza kubona mu buryo bwiza abavukanyi bawe na bashikawe boba basa n’abagoyagoya.

Dufashe abandi bavemwo ico bashoboye kuvamwo cose

Twofasha gute abavukanyi bakiri bato canke baheruka kubatizwa gutera imbere?