UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Nzero 2015
Iki kinyamakuru kirimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 2 Ntwarante gushika ku wa 5 Ndamukiza 2015.
Baritanze babikunze —Muri New York
Ni igiki catumye umugabo umwe n’umugore wiwe bari mu bihinda, bava mu nzu yabo iteye igomwe bakimukira mu kazu gatoyi?
Nukengurukire Yehova maze uhezagirwe
Gukenguruka bishobora gute kudufasha kwihanganira ibigeragezo?
Igituma duhimbaza Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba
Womenya gute ko Imana yaguhaye icizigiro co kuba mw’ijuru canke ico kuba kw’isi?
Nimwubake urugo rukomeye kandi rurangwa agahimbare
Nimukoreshe ibintu bitanu bituma umubano ukomera kandi urangwa agahimbare.
Nimureke Yehova akomeze umubano wanyu yongere awukingire
Wokora iki kugira wirinde kurenga ibigo be n’inkurikizi zavyo zibabaje?
Urukundo rudahera rwoba rushoboka?
Urukundo ruvugwa mu Ndirimbo ya Salomo rurigisha ivyigwa ngirakamaro abipfuza kurushinga be n’abamaze kurushinga.