Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

◼ Ni ikimenyamenya ikihe kihari c’uko Yezu ari umuntu yabayeho koko? Raba urupapuro rwa 7.

◼ Ni kubera iki bihambaye ko urondera inyishu zimara akanyota ku bibazo bituma ukekeranya ku bijanye n’Imana? Raba urupapuro rwa 9.

◼ Wotegura gute umwana wawe w’umuyabaga kugira ngo azokwererwe ageze mu bigero? Raba urupapuro rwa 10-12.

◼ Ibiremwa vy’impwemu vy’ibibisha bishobora gute kukugirira nabi? Raba urupapuro rwa 20.

◼ Imana yoba iha abantu ububasha bwo gukiza ku gitangaro muri iki gihe? Raba urupapuro rwa 28.