Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

◼ Ni mu buryo ubuhe Bibiliya itandukanye n’ibitabu vyinshi abantu bahurumbira mu kwironderera ubuyobozi? Raba urupapuro rwa 4.

◼ Niwige ibijanye n’ibintu bitoroshe hamwe n’ibintu bishimishije usanga biranga ubuhinduzi bwa Bibiliya mu ndimi zo muri kino gihe. Raba urupapuro rwa 8.

◼ Vyoba ari ivy’ukuri yuko amadini yose ashikana ku Mana imwe? Raba urupapuro rwa 12.

◼ Kwamamaza inkuru nziza mu Buraruko bwa Siberiya, kure cane ya wa murongo uri amaja kw’isonga rya ruguru ry’umubumbe w’isi (cercle arctique), bigenda gute? Raba urupapuro rwa 24.

◼ Igihe wumva wihebuye kandi waburaniwe, ni hehe ushobora kuronderera uguhumurizwa n’ugushigikirwa? Raba urupapuro rwa 28.