Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
◼ Amadini yose yoba ashikana ku Mana? Raba urupapuro rwa 3.
◼ Bibiliya yigisha iki ku bijanye n’ukwahukana? Raba urupapuro rwa 5.
◼ Amadini yoba akwiye kwisuka mu vya politike? Raba urupapuro rwa 7-8.
◼ Ni uburyo bumwe ubuhe abubakanye bashobora gutorera umuti ukutumvikana gushingiye ku mahera? Raba urupapuro rwa 11-12.
◼ Abeza bose boba bazoja mw’ijuru? Raba urupapuro rwa 22-23.
◼ Ivyabona vya Yehova bashigikira gute mu buryo bw’amahera igikorwa barangura co kwamamaza kw’isi yose? Raba urupapuro rwa 30.