Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

◼ Nimba uri umwizigirwa ku Mana, mbega yoba izoca iguhezagira mu kuguha ubutunzi? Raba urupapuro rwa 4.

◼ Amahera yoba ari yo sôko ry’agahimbare nyakuri? Raba urupapuro rwa 9.

◼ Wemeye ko Adamu na Eva babayeho canke ntuvyemere, hoba hari ico bitwaye vy’ukuri? Raba urupapuro rwa 12.

◼ Kwihora, vyoba ari vyiza canke ni bibi? Wewe uvyibazako iki? Raba urupapuro rwa 20.

◼ Wibaza ko mu kiyaga kinini kuruta ibindi muri Amerika yo Hagati wohasanga ibiki? Raba urupapuro rwa 25.