Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

◼ Abantu beza bose boba vy’ukuri baja mw’ijuru? Raba urupapuro rwa 6.

◼ Ubwo vy’ukuri Mariya yari “Nyina w’Imana”? Raba urupapuro rwa 8.

◼ Imana ibona gute ibijanye n’ugukoresha ibishusho mu gusenga? Raba urupapuro rwa 9.

◼ Woshobora kuvyifatamwo gute igihe uwo mwubakanye arwaye canke afise ubumuga? Raba urupapuro rwa 10-12.

◼ Ubutumwa bwo muri Bibiliya bwoba bwarahindutse? Raba urupapuro rwa 13-14.

◼ Ni igiki umwe wese mu bagize umuryango ashobora gukora kugira ngo ubuzima bwo mu rugo burushirize kurangwamwo agahimbare? Raba urupapuro rwa 16-17.