Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
◼ Nubone ukuntu ingorane zikwiye kw’isi yose muri kino gihe zizotorerwa umuti kw’isi yose. Raba ku rupapuro rwa 5.
◼ Abarokotse ubwicanyi bwabereye kw’ishure i Winnenden mu Budagi, baratubwira ukuntu bihanganira intuntu bagize inyuma y’ico cago. Raba ku rupapuro rwa 9.
◼ Umwami Herodi yashatse kwica Yezu akiri uruyoya, yari nde? Raba ku rupapuro rwa 13.
◼ Ni ibiki woba uzi ku bijanye n’Umwaka mushasha uhimbazwa n’abantu bo muri Aziya? Raba ku rupapuro rwa 20.
◼ Numenye ibijanye n’umuziki wo mu bihe vya Bibiliya mu kurimbura ivyerekeye ubuzima bw’Umwami Dawidi. Raba ku rupapuro rwa 26.
◼ Ubwo vy’ukuri hari abami, canke abanyabwenge batatu, baje gusenga Yezu igihe yari mu bwato bw’ibitungwa? Raba ku rupapuro rwa 31.
[Abo dukesha ifoto ku rup. 32]
Abana bishwe n’inzara: OMS/OXFAM