Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Ni kubera iki abantu ari bo bonyene basenga? RABA URUPAPURO RWA 3.
Imana yoba vy’ukuri yumva amasengesho dutura ikayishura? RABA URUPAPURO RWA 11.
Ivy’ugusengera abarwaye bigirwa muri kino gihe, hoba hari aho bihuriye n’ibitangaro Yezu yakoze vyo gukiza abarwaye? RABA URUPAPURO RWA 13.
Bibiliya idufasha gute kunyinyana n’ukwumva tuvunitse umutima? RABA URUPAPURO RWA 19.
Impwemu nyeranda yoba ari umuntu? RABA URUPAPURO RWA 26.