Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Igikorwa co kwamamaza inkuru nziza kirangurwa n’Ivyabona vya Yehova coba ari iranguka ry’ubuhanuzi bwo muri Bibiliya?

RABA URUPAPURO RWA 9.

Ibintu bizoba bimeze gute kw’isi igihe Ubwami bw’Imana buzoba buganza umuryango wose w’abantu?

RABA URUPAPURO RWA 10.

Abavyeyi baheruka kwibaruka umwana wa mbere bokora iki igihe badahuza ku bijanye n’ukuntu borera umwana?

RABA URUPAPURO RWA 11.

Ikibi catanguye gute?

RABA URUPAPURO RWA 16.

Kubera iki Leta y’Uburusiya yabujije bimwebimwe mu bitabu vy’Ivyabona vya Yehova?

RABA URUPAPURO RWA 18-21.