Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Kwigisha abana ivyerekeye Imana bishobora gute kubagirira akamaro?
RABA URUPAPURO RWA 4-6.
Abubakanye bokora iki kugira ngo umwe wese arushirize kwubaha mugenziwe?
RABA URUPAPURO RWA 11-12.
Ni kubera iki hari amadini menshi cane avuga ko ari aya gikirisu?
RABA URUPAPURO RWA 16.
Ni igiki cafashije umugore yakuriye mu bintu biteye agahinda kwiyegereza Imana?
RABA URUPAPURO RWA 20-21.
Petero yoba ari we yabaye papa wa mbere?
RABA URUPAPURO RWA 24-25.