Urupapuro rwo mirongo itatu na kabiri
Urupapuro rwo mirongo itatu na kabiri
Hoba vy’ukuri hari uwuri inyuma y’ibibi vyose biri mw’isi?
RABA URUPAPURO RWA 3-9.
Ni “ivyimburwa indwi” ibihe vyatuma Isirayeli iba igihugu ciza?
RABA URUPAPURO RWA 11-13.
Soma umenye ukuntu umuhinduzi umwe w’Umufaransa wa kera yarwanye urugamba kugira asohore Bibiliya mu rurimi abanyagihugu bavuga.
RABA URUPAPURO RWA 18-20.
Ijwi ryo mu mutima ry’umukirisu rimuyobora gute mu bijanye no kuriha amakori?
RABA URUPAPURO RWA 21-23.
Woba ushobora kuba umuntu ahimbara umutima w’Imana nka Dawidi?
RABA URUPAPURO RWA 26-29.
[Abo dukesha ifoto ku rup. 32]
Ifoto: Alain Leprince - La Piscine-musée, Roubaix/Tuyikesha ubwahora ari ubushinguro bw’utwa kera bwitwa Bouchard Museum, bw’i Paris