Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Bibiliya yoba vy’ukuri ivuga imbere y’igihe ibizoba?

RABA URUPAPURO RWA 16-17.

Umwigeme yashikiwe n’ibintu biteye agahinda akiri umwana yashoboye gute kugira ubuzima buri n’intumbero koko?

RABA URUPAPURO RWA 19-20.

Kubera iki Imana yasavye Aburahamu gutangako ikimazi umuhungu wiwe?

RABA URUPAPURO RWA 23.

Akarorero k’Umwamikazi Esiteri wo mu bihe vya Bibiliya gashobora kutwigisha iki ku bijanye n’umutima rugabo, ukwihangana, be n’ukujijura?

RABA URUPAPURO RWA 24-29.