UMUNARA W’INDERETSI Rusama 2013

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Kubera iki abantu bavuga ko Imana ari ruburakigongwe?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ibihano Imana yatanze​—⁠Vyoba vyerekana ko ari ruburakigongwe?

Kugira twishure ico kibazo, reka twihweze uburorero bubiri bwo muri Bibiliya buvuga ingene Imana yahanye abantu: Umwuzure wo mu gihe ca Nowa be n’ugutikizwa kw’Abanyakanani.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Woba wizigira Imana?

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

“Naripfuza cane kuba umupatiri”

Kuva mu bwana, Roberto Pacheco yari afise intumbero yo kuba umupatiri muri Gatolika. Niwirabire icahinduye ubuzima bwiwe.

IVYOTUMA MU RUGO HABA AGAHIMBARE

Ingorane zihanze abubakanye badasangiye abana

Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya zishobora gute gufasha abavyeyi bo mu ngo z’abubakanye n’abafise abana kugumana imigenderanire myiza n’incuti n’abagenzi, mbere n’uwahoze yubakanye n’umwe muri bo?

NIWIYEGEREZE IMANA

Yehova yoba vy’ukuri akwitwararika?

Vyoba bikugora kwemera yuko Imana iguha agaciro ku giti cawe? Amajambo Yezu yavuze muri Yohani 6:​44 aratwereka ko Imana itwitwararika umwumwe wese ukwiwe.

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Imana yoba iharira n’ibicumuro bikomeye? Dutegerezwa gukora iki kugira ngo Imana idushime?

Ukuri

Wogukura hehe? Ni gute kwokugirira akamaro wewe n’umuryango wawe? Kugira uronke inyishu z’ivyo bibazo, turagutumiye n’igishika cinshi kw’ihwaniro tuzogira ry’imisi itatu.

Ibindi usanga kuri internet

Ivyabona vya Yehova boba bemera ko ari bo bonyene bazorokoka?

Bibiliya irerekana abafise akaryo ko kurokoka abo ari bo.