UMUNARA W’INDERETSI Mukakaro 2013

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Kubera iki wosuzuma idini?

Nimba uri mw’idini kanaka, ubuzima bwawe mu bijanye n’ivy’Imana be n’ubukiriro bwawe ni nk’aho wabishize mu maboko y’iryo dini.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Woba wokwizigira idini ku vyerekeye amahera?

Amadini yo ng’aho iwanyu yoba agobera abantu mu buryo bwibonekeza canke bwihishije ngo batange amahera? None birahuje na Bibiliya?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Woba wokwizigira idini ku vyerekeye intambara?

Yezu yigishije abayoboke biwe gukunda bagenzi babo. Amadini yoba akurikiza iryo bwirizwa muri iki gihe?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Woba wokwizigira idini ku vyerekeye ingeso nziza?

Indongozi nyinshi z’amadini ntizitanga akarorero keza mu bijanye n’ingeso nziza. Imana yoba yitaho ukuntu twigenza?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Hoba hariho idini wokwizigira?

Hoba hari idini ryakuvunye umutima? Nimba ari ukwo biri, hari aho vyokugora kwizigira idini na rimwe. Kwiga Bibiliya vyogufasha gute?

IVYOTUMA MU RUGO HABA AGAHIMBARE

Ingene abasubiye kwubaka izabo bororanirwa

Umuntu asubiye kwubaka urwiwe arashobora kugira ingorane atigeze agira mu mubano wiwe wa mbere. Abubakanye bokora iki ngo baroranirwe?

NIWIYEGEREZE IMANA

‘Iranengesereza imitima yacu’

Ku musi ku musi, Imana iratuma abantu bungukira ku kumera neza kwayo kwinshi, harimwo mbere n’abantu batigera bashima.

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

“Ubu sinkibona ko ntegerezwa guhindura isi”

Ni gute kwiga Bibiliya vyatumye umuntu umwe yaharanira amahinduka mu kibano amenya ikizozanira abantu amahinduka nyayo?

IKIYAGO ICABONA CA YEHOVA AGIRANA N’UWO ABWIRA INKURU NZIZA

Imana yoba yitaho imibabaro yacu?

Hari abantu batemera ko Imana ibaho kubera ibintu bibabaje babona. Raba ico Ijambo ry’Imana rivuga ku bijanye n’ukuntu Imana imererwa iyo dushikiwe n’imibabaro.

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Abantu nta ko batagize ngo ntibasaze, mugabo nta n’umwe arashobora kubaho ibihe bidahera. Kubera iki?

Ibindi usanga kuri internet

Kubera iki Ivyabona vya Yehova bagendera abantu basanzwe bifitiye idini?

Ni igiki gituma tugendera abantu basanzwe bifitiye idini?