UMUNARA W’INDERETSI Kigarama 2015 | Urashobora gutahura Bibiliya
Woba umaze kwibaza igituma Bibiliya igoye gutahura?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Kubera iki wotahura Bibiliya?
Abantu benshi barubaha ico gitabu ceranda ariko ntibazi ko cobagirira akamaro.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ni igitabu dukwiye gutahura
Ibintu bine vyerekana ko abantu bose bashobora gutahura Bibiliya.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Icogufasha gutahura Bibiliya
Nimba Bibiliya yoroshe gutahura, ni kubera iki wokwirirwa urarondera uwuyikwigisha?
Uburyarya bwoba buzokwigera buhera?
Uburyarya bwoba bwaratumye utizigira abanyepolitike, idini canke abadandaza?
Wari ubizi?
Abayuda boba vy’ukuri baje i Yeruzalemu kuri Pentekoti yo mu 33 bavuye “mu mahanga yose . . . yari munsi y’ijuru”? Abantu ibihumbi baza i Yeruzalemu ku misi mikuru barara he?
Petero yoba ari we yabaye umupapa wa mbere?
Yezu yashatse kuvuga iki igihe yavuga ati: “Uri Petero no kuri iryo buye nzokwubakako Ekleziya yanje”?
IBIBAZO VY'ABASOMYI
Imigenzo ijanye na Noweli hari ico itwaye?
Umuntu yoba yoreka guhimbaza Noweli ngo ni uko ikomoka mu bapagani?
Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri bibiliya
Kubera iki Imana ikunda abakunda ukuri?
Ibindi usanga kuri internet
Bibiliya na siyansi vyoba bivuga rumwe?
Hoba hari ibintu Bibiliya ivuga bidahuje na siyansi?