Porogarama y’ihwaniro ryo mu 2019

Porogarama y’ihwaniro ry’Ivyabona vya Yehova ryo mu 2019 ryataziriwe ngo ‘Urukundo ntirwigera runanirwa’.

Ku wa gatanu

Porogarama yo ku wa gatanu izoba ishingiye mu 1 Abatesalonika 4:9​—“Mwigishijwe n’Imana gukundana.”

Ku wa gatandatu

Porogarama yo ku wa gatandatu izoba ishingiye mu Banyefeso 5:2​—“Mubandanye kugendera mu rukundo.”

Ku wa mungu

Porogarama yo ku wa mungu izoba ishingiye muri Yuda 21​—“Mwigumize mu rukundo rw’Imana.”

Ibimenyeshwa abitavye ihwaniro

Amakuru afasha abitavye ihwaniro.