Nugaragaze ukwizera
MU GITONDO
-
2:30 Umuziki
-
2:40 Ururirimbo No. 118 n’isengesho
-
2:50 Twogaragaza gute ukwizera kandi kubera iki?
-
3:05 Insiguro y’ibice bitatu: Niwigane abagaragaje ukwizera
-
• Izahaki na Rebeka
-
• Esiteri
-
• Timoteyo
-
-
4:05 Ururirimbo No. 60 n’amatangazo
-
4:15 ‘Turizera, ni co gituma tuvuga’
-
4:30 Kwiyegurira Imana no kubatizwa
-
5:00 Ururirimbo No. 52
KU MUHINGAMO
-
6:10 Umuziki
-
6:20 Ururirimbo No. 9 n’isengesho
-
6:30 Insiguro ya bose ishingiye kuri Bibiliya: Niwizere ya Mana “idashobora kubesha”
-
7:00 Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi
-
7:30 Ururirimbo No. 54 n’amatangazo
-
7:40 Insiguro y’ibice bitatu: ‘Nugende wisunga ukwizera’ buri musi
-
• ‘Ntukigere wiganyira’
-
• ‘Niwicungurire umwanya ubereye’
-
• Nugume ‘utari uw’isi’
-
-
8:40 “Yehova arazi abiwe”
-
9:15 Ururirimbo No. 7 n’isengesho