Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
  1. 1. Kubera iki dukwiye gukomeza ukwizera kwacu ubu? (Heb. 10:39)

  2. 2. Dushobora gute kubona Yehova kandi ataboneka? (Heb. 11:27)

  3. 3. Kubera iki gusuzuma ubuhanuzi bwo muri Bibiliya ari ngirakamaro? (Rom. 10:17)

  4. 4. Impwemu nyeranda yodufasha gute gutsimbataza ukwizera? (Luka 11:13; Gal. 5:22)

  5. 5. Twofasha gute abandi gukomeza ukwizera kwabo? (1 Tes. 2:7, 8)

  6. 6. Kubera iki dukwiye “[gushinga] ijisho ya Mboneza akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge”? (Heb. 12:2, 3)