Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Nukomeze ukwizera kwawe

Nukomeze ukwizera kwawe

ABAHEBURAYO 10:39

MU GITONDO

  • 2:30 Umuziki 2:40

  • Ururirimbo No. 119 n’isengesho

  • 2:50 Kubera iki twokomeza ukwizera kwacu ubu?

  • 3:05 Woba ubona “Umwe ataboneka”?

  • 3:20 ‘Ukwizera kuva ku co umuntu yumvise’

  • 3:45 Ururirimbo No. 104 n’amatangazo

  • 3:55 “Icamwa c’impwemu ni . . . ukwizera”

  • 4:25 Kwiyegurira Imana no kubatizwa

  • 4:55 Ururirimbo No. 50

KU MUHINGAMO

  • 6:10 Umuziki

  • 6:20 Ururirimbo No. 3

  • 6:25 Ivyabonywe

  • 6:35 Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi

  • 7:05 Insiguro y’ibice bitatu: Nufashe abandi gukomeza ukwizera kwabo

    • • Nufashe umwana wawe w’umuyabaga

    • • Nufashe uwo wigisha Bibiliya

    • • Nufashe abo musangiye ukwemera

  • 7:50 Ururirimbo No. 38 n’amatangazo

  • 8:00 ‘Dushinge ijisho ya Mboneza akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge’

  • 8:45 Ururirimbo No. 126 n’isengesho