Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
  1. 1. Twokwerekana gute ko duha agaciro ikibanza dufise mu muryango wa Yehova? (Ef. 4:3)

  2. 2. Ni gute twotuma abandi bumva bisanze, kandi ni kubera iki dukwiye kubigira? (Rom. 15:7)

  3. 3. Ni gute twofasha benshi bashoboka ngo binjire mu muryango wa Yehova? (Ef. 2:17; 6:15)

  4. 4. Twoshobora gute kugira ico duterereye ku mahoro? (Ef. 4:29; 5:1, 2; 6:13)

  5. 5. Tworushiriza gute gukunda abagize umuryango wacu wo mu vy’impwemu? (Ef. 1:15, 16)

© 2022 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

CA-copgm23-RU