Ku wa gatandatu
Mu Gitondo
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 58 n’isengesho
-
2:40 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Niwitegurire kuvuga “inkuru nziza y’amahoro”
-
• Nugumane umwete (Abaroma 1:14, 15)
-
• Niwitegure neza (2 Timoteyo 2:15)
-
• Niwibwirize (Yohani 4:6, 7, 9, 25, 26)
-
• Nukurikirane abashimishijwe (1 Abakorinto 3:6)
-
• Nufashe abo wigisha Bibiliya gutera imbere (Abaheburayo 6:1)
-
-
3:40 Yemwe bakiri bato, nimuhitemwo inzira izobashikana ku mahoro! (Matayo 6:33; Luka 7:35; Yakobo 1:4)
-
4:00 Ururirimbo No. 135 n’amatangazo
-
4:10 IVIDEWO: Ingene abavukanyi bagumana amahoro igihe . . .
-
• Bari mu ruhamo
-
• Barwaye
-
• Bafise ingorane z’ubutunzi
-
• Bashikiwe n’ivyago vy’ivyaduka
-
-
4:45 IBATISIMU: Nubandanye kugendera “mu nzira y’amahoro” (Luka 1:79; 2 Abakorinto 4:16-18; 13:11)
-
5:15 Ururirimbo No. 54 n’akaruhuko
Ku Muhingamo
-
6:35 Ividewo y’umuziki
-
6:45 Ururirimbo No. 29
-
6:50 INSIGURO Y’IBICE BITANU: ‘Nimwiyambure’ ibibangamira amahoro
-
• Ukwirata kubi (Abanyefeso 4:22; 1 Abakorinto 4:7)
-
• Ishari (Abafilipi 2:3, 4)
-
• Kubesha (Abanyefeso 4:25)
-
• Urusaku (Imigani 15:28)
-
• Kudacungera ishavu (Yakobo 1:19)
-
-
7:45 IGIKINO: Yehova atuyobora mu nzira y’amahoro—Igice ca 1 (Yesaya 48:17, 18)
-
8:15 Ururirimbo No. 130 n’amatangazo
-
8:25 INSIGURO Y’IBICE BINE: ‘Nurondere amahoro uyakurikirane’ . . .
-
• Mu kutihutira kubabara (Imigani 19:11; Umusiguzi 7:9; 1 Petero 3:11)
-
• Mu gusaba ikigongwe (Matayo 5:23, 24; Ivyakozwe 23:3-5)
-
• Mu kubabarira ata gahigihigi (Abakolosayi 3:13)
-
• Mu gukoresha neza ingabire yo kuvuga (Imigani 12:18; 18:21)
-
-
9:15 Nituzigame “umugozi [wacu] w’amahoro wunga ubumwe”! (Abanyefeso 4:1-6)
-
9:50 Ururirimbo No. 113 n’isengesho risozera