Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
1. Ni gute “tworindira Yehova tubishashaye”? (Zab. 130:5, 6)
2. Ni gute tworindira Yehova tubishashaye igihe turi mu bihe bitoroshe? (Hab. 2:3, 4; 2 Tim. 4:2; Luka 2:36-38)
3. Twokoresha neza gute umwanya wacu mu gihe tukirindiriye umusi wa Yehova? (2 Pet. 3:11-13)
4. Kubera iki tworindira Yehova tubigiranye ukwizigira igihe turi mu ngorane? (Zab. 62:1, 2, 8, 10; 68:6; 130:2-4)
5. Dutegerezwa gukora iki kugira turonke “impera y’umugororotsi”? (Zab. 58:11)
© 2023 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
CA-copgm24-RU Bn