“Nurindire Yehova ubishashaye”
Mu gitondo
-
2:30 Umuziki
-
2:40 Ururirimbo No. 88 n’isengesho
-
2:50 Ni gute “tworindira Yehova tubishashaye”?
-
3:05 Insiguro y’ibice bitatu: Niwigane abarindiriye babishashaye
-
• Habakuki
-
• Yohani
-
• Ana
-
-
4:05 Ururirimbo No. 142 n’amatangazo
-
4:15 Urindiriye iki?
-
4:30 Kwiyegurira Imana no kubatizwa
-
5:00 Ururirimbo No. 28
Ku muhingamo
-
6:10 Umuziki
-
6:20 Ururirimbo No. 54 n’isengesho
-
6:30 Insiguro ya bose ishingiye kuri Bibiliya: Ukwihangana kwoba kugihambaye?
-
7:00 Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi
-
7:30 Ururirimbo No. 143 n’amatangazo
-
7:40 Insiguro y’ibice bitatu: Nurindire Yehova . . .
-
• Igihe ufise irungu
-
• Igihe wakoze amakosa
-
• Igihe ubona abanyakibi basa n’abaroraniwe
-
-
8:40 «Hariho impera ku mugororotsi»
-
9:15 Ururirimbo No. 140 n’isengesho