Raporo yo mu 2023 yose ifatiwe hamwe
Ibiro vy’amashami vy’Ivyabona vya Yehova: 85
Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 239
Amashengero yose hamwe: 118.177
Abitavye Icibutso kw’isi yose: 20.461.767
Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 22.312
Abamamaji bose hamwe a: 8.816.562
Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 8.625.042
Iyongerekana ugereranije na 2022: 1,3
Ababatijwe bose hamwe b: 269.517
Incahagati y’abatsimvyi c buri kwezi: 1.570.906
Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 738.457
Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 1.791.490.713
Incahagati y’inyigisho d zayobowe buri kwezi: 7.281.212
Umwaka w’umurimo wa 2023 watanguye ku wa 1 Nyakanga 2022, urangira ku wa 31 Myandagaro 2023.
a Umwamamaji ni umuntu yigisha abigiranye umwete inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana. (Matayo 24:14) Kugira umenye ivyo twisunga mu guharura, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo «Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?»
b Wipfuza kumenya ibisabwa kugira umuntu abatizwe mu Vyabona vya Yehova, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo «Ushobora gute kuba Icabona ca Yehova?»
c Umutsimvyi ni Icabona yabatijwe w’intangakarorero, yitanga akamara igitigiri kanaka c’amasaha buri kwezi ariko arigisha inkuru nziza.
d Wipfuza ayandi makuru, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo «Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?»