«Mwigenze mu buryo bubereye inkuru nziza»
Mu gitondo
-
2:40 Umuziki
-
2:50 Ururirimbo No. 35 n’isengesho
-
3:00 Inkuru nziza yoba iriko iraguhindura?
-
3:15 Insiguro y’ibice bine: Ingene babayeho bisunga inkuru nziza
-
• Sitefano
-
• Filipo
-
• Akwila na Prisila
-
• Tito
-
-
4:05 Ururirimbo No. 76 n’amatangazo
-
4:15 Nubandanye gukora ‘ibikorwa vyerekana ko wihebera Imana’
-
4:35 Insiguro y’ibatisimu: Nubandanye ‘gukurikiza ivyo wamamaza bijanye n’inkuru nziza’
-
5:05 Ururirimbo No. 37
Ku muhingamo
-
6:20 Umuziki
-
6:30 Ururirimbo No. 56 n’isengesho
-
6:35 Insiguro ya bose ishingiye kuri Bibiliya: Kubera iki wemera ivyo wemera?
-
7:05 Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi
-
7:35 Ururirimbo No. 24 n’amatangazo
-
7:45 Insiguro y’ibice bitatu: «Turerekana ko turi abasuku b’Imana . . .»
-
• Mu kwihangana
-
• Mu kugaragaza ubuntu
-
• Mu kuba imvugakuri
-
-
8:30 Uriko wigishwa gute?
-
9:00 Ururirimbo No. 29 n’isengesho