‘Ntiduterwa isoni n’inkuru nziza’
Mu gitondo
-
2:40 Umuziki
-
2:50 Ururirimbo No. 67 n’isengesho
-
3:00 Ni kubera iki ‘tudaterwa isoni n’inkuru nziza’?
-
3:15 Nuburanire inkuru nziza
-
3:30 Nube «umukozi atagira imvo n’imwe yo guteterwa»
-
3:55 Ururirimbo No. 73 n’amatangazo
-
4:05 Ingene twogaragaza impwemu ituma tugira ububasha, urukundo n’ubwenge buroranye
-
4:35 Insiguro y’ibatisimu: Nubandanye ‘gukurikiza ivyo wamamaza bijanye n’inkuru nziza’
-
5:05 Ururirimbo No. 75
Ku muhingamo
-
6:20 Umuziki
-
6:30 Ururirimbo No. 77
-
6:35 Ivyabonywe
-
6:45 Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi
-
7:15 Insiguro y’ibice bitatu: Ntiduterwa isoni . . .
-
• N’ingingo ngenderwako z’Imana zigenga inyifato runtu
-
• N’Ubwami bw’Imana
-
• N’abaserukira Imana
-
-
8:00 Ururirimbo No. 40 n’amatangazo
-
8:10 ‘Niwirate kubera Yehova’
-
8:55 Ururirimbo No. 7 n’isengesho