Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

3-B

Igicapo: Abahanuzi n’abami ba Yuda na Isirayeli (Igice ca 2)

Igicapo: Abahanuzi n’abami ba Yuda na Isirayeli (Igice ca 2)

Abami b’ubwami bwo mu bumanuko (Ibikurikira)

777 M.K.

Yotamu: Imyaka 16

762

Ahazi: Imyaka 16

746

Hezekiya: Imyaka 29

716

Manase: Imyaka 55

661

Amoni: Imyaka 2

659

Yosiya: Imyaka 31

628

Yehowahazi: Amezi 3

Yehoyakimu: Imyaka 11

618

Yehoyakini: Amezi 3, imisi 10

617

Zedekiya: Imyaka 11

607

Yeruzalemu n’urusengero rwaho bisamburwa n’ingabo z’Abanyababiloni zirongowe na Nebukadinezari. Zedekiya umwami wa nyuma wo kw’isi wo mu muryango wa Dawidi arakurwa ku ngoma

Abami b’ubwami bwo mu buraruko (Ibikurikira)

nk. 803 M.K.

Zekariya: Inyandiko zerekana ko yatwaye amezi 6 gusa

Zekariya asa n’uwatanguye kuganza, ariko biboneka ko ubwami bwamwegukiye neza nk. 792

nk. 791

Shalumu: Ukwezi 1

nk. 780

Menahemu: Imyaka 10

Pekahiya: Imyaka 2

nk. 778

Peka: Imyaka 20

nk. 758

Hosheya: Imyaka 9 kuva nk. mu 748

nk. 748

Biboneka ko ingoma ya Hosheya yashinze imizi canke igafatwa mu mugongo n’umwami w’Abashuri Tigulati-pileseri wa 3 nk. 748

740

Ashuri irigarurira Samariya, ikaganza Isirayeli; ubwami bwa Isirayeli bwo mu buraruko bugizwe n’imiryango cumi burarangira

  • Urutonde rw’abahanuzi

  • Yesaya

  • Mika

  • Zefaniya

  • Yeremiya

  • Nahumu

  • Habakuki

  • Daniyeli

  • Ezekiyeli

  • Obadiya

  • Hoseya