3-A
Igicapo: Abahanuzi n’abami ba Yuda na Isirayeli (Igice ca 1)
Abami b’ubwami bwa Yuda bwo mu bumanuko bwari bugizwe n’imiryango ibiri
997 M.K.
Rehobowamu: Imyaka 17
980
Abiya (Abiyamu): Imyaka 3
978
Asa: Imyaka 41
937
Yehoshafati: Imyaka 25
913
Yehoramu: Imyaka 8
nk. 906
Ahaziya: Umwaka 1
nk. 905
Umwamikazi Ataliya: Imyaka 6
898
Yehowasi: Imyaka 40
858
Amaziya: Imyaka 29
829
Uziya (Azariya): Imyaka 52
Abami b’ubwami bwa Isirayeli bwo mu buraruko bwari bugizwe n’imiryango cumi
997 M.K.
Yerobowamu: Imyaka 22
nk. 976
Nadabu: Imyaka 2
nk. 975
Bayasha: Imyaka 24
nk. 952
Ela: Imyaka 2
Zimuri: Imisi 7 (nk. 951)
nk. 947
Omuri na Tibuni: Imyaka 4
Omuri (wenyene): Imyaka 8
nk. 940
Ahabu: Imyaka 22
nk. 920
Ahaziya: Imyaka 2
nk. 917
Yehoramu: Imyaka 12
nk. 905
Yehu: Imyaka 28
876
Yehowahazi: Imyaka 14
nk. 862
Yehowahazi na Yehowasi: Imyaka 3
nk. 859
Yehowasi (wenyene): Imyaka 16
nk. 844
Yerobowamu wa 2: Imyaka 41
-
Urutonde rw’abahanuzi
-
Yoweli
-
Eliya
-
Elisha
-
Yona
-
Amosi