Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

18-B

Amahera n’ingero z’uburemere

Amahera n’ingero z’uburemere

Amahera n’ingero z’uburemere mu Vyanditswe vy’igiheburayo

Gera (1⁄20 ca shekeli)

g 0,57 gera

10 = beka 1

Beka

g 5,7

beka 2 = shekeli 1

Pimu

g 7,8

pimu 1 = 2⁄3 vya shekeli

Ibuye rya Shekeli

Shekeli

g 11,4

shekeli 50 = mina 1

Mina

g 570

mina 60 = italanto 1

Italanto

kg 34,2

Idariki (y’Abaperesi, inzahabu)

g 8,4

Ezira 8:27

Amahera n’ingero z’uburemere mu Vyanditswe vy’ikigiriki

Leputoni (y’Abayuda, umujumpu)

1⁄2 ca kwadarani

Luka 21:2

Kwadarani (y’Abaroma, umujumpu)

leputoni 2

Matayo 5:26

Asariyo (y’Abaroma n’intara baganza, umujumpu)

kwadarani 4

Matayo 10:29

Idenariyo (y’Abaroma, ifeza)

kwadarani 64

g 3,85

Matayo 20:10

= Umushahara w’umusi 1 (amasaha 12)

Idarakima (y’Abagiriki, ifeza)

g 3,4

Luka 15:8

= Umushahara w’umusi 1 (amasaha 12)

Ididirakima (y’Abagiriki, ifeza)

idarakima 2

g 6,8

Matayo 17:24

= Umushahara w’imisi 2

Itetaradarakima y’i Antiyokiya

Itetaradarakima y’i Tiro (Shekeli y’ifeza y’i Tiro)

Itetaradarakima (y’Abagiriki, ifeza; yitwa kandi isitateri y’ifeza)

idarakima 4

g 13,6

Matayo 17:27

= Umushahara w’imisi 4

Imina

idarakima 100

g 340

Luka 19:13

= nk’umushahara w’imisi 100

Italanto

imina 60

kg 20,4

Matayo 18:24

Ivyahishuwe 16:21

= nk’umushahara w’imyaka 20

Ipawuni (y’Abaroma)

g 327

Yohani 12:3

“Ingero [ipawuni] imwe y’amavuta amota neza, ikaba yari narada nyayo”