Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

4-B

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi—Intango y’ubusuku bwa Yezu

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi—Intango y’ubusuku bwa Yezu

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

29, mu gatasi

Uruzi Yorodani, kumbure i Betaniya canke hafi yaho

Yezu arabatizwa akarobanurwa; Yehova aravuga ko ari Umwana wiwe be n’uko amushima

3:13-17

1:9-11

3:21-38

1:32-34

Agahinga k’i Yudaya

Ageragezwa na Shetani

4:1-11

1:12, 13

4:1-13

 

Betaniya hakurya ya Yorodani

Yohani Umubatizi avuga ko Yezu ari Umwagazi w’intama w’Imana; abigishwa ba mbere barifatanya na Yezu

     

1:15, 29-51

Kana h’i Galilaya; Kaperinawumu

Igitangaro ca mbere ku bugeni, ahindura amazi umuvinyu; aja i Kaperinawumu

     

2:1-12

30, Pasika

Yeruzalemu

Ahumanura urusengero

     

2:13-25

Aganira na Nikodemu

     

3:1-21

Yudaya; Ayinoni

Aja mu misozi ya Yudaya, abigishwa biwe babatiza; Yohani ashingira Yezu intahe ubwa nyuma

     

3:22-36

Tiberiya; Yudaya

Yohani apfungwa; Yezu avayo akaja i Galilaya

4:12; 14:3-5

6:17-20

3:19, 20

4:1-3

Sikara, muri Samariya

Ariko aja i Galilaya, arigisha Abasamariya

     

4:4-43

Agahinga k’i Yudaya