Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

4-G

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi​—Ubusuku bwa Yezu bwa nyuma i Yeruzalemu (Igice ca 1)

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi​—Ubusuku bwa Yezu bwa nyuma i Yeruzalemu (Igice ca 1)

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

33, 8 Nisani

Betaniya

Yezu ashika imisi itandatu imbere ya Pasika

     

11:55–12:1

9 Nisani

Betaniya

Mariya amusukako amavuta

26:6-13

14:3-9

 

12:2-11

Betaniya-Betifage-Yeruzalemu

Yinjirana intsinzi i Yeruzalemu, agendera ku ndogobwa

21:1-11, 14-17

11:1-11

19:29-44

12:12-19

10 Nisani

Betaniya-Yeruzalemu

Avuma igiti c’umusukoni; yongera guhumanura urusengero

21:18, 19; 21:12, 13

11:12-17

19:45, 46

 

Yeruzalemu

Abakuru b’abaherezi n’abanditsi bagira umugambi wo kwica Yezu

 

11:18, 19

19:47, 48

 

Yehova avuga; Yezu avuga ivy’urupfu rwiwe; ukutizera kw’Abayuda gushitsa ubuhanuzi bwa Yesaya

     

12:20-50

11 Nisani

Betaniya-Yeruzalemu

Icigwa c’umusukoni wakabiranye

21:19-22

11:20-25

   

Yeruzalemu, urusengero

Ubukuru bwiwe buharirizwa; ikigereranyo c’abahungu babiri

21:23-32

11:27-33

20:1-8

 

Ibigereranyo: abarimyi b’abicanyi, ubukwe

21:33–22:14

12:1-12

20:9-19

 

Yishura ibibazo vyerekeye Imana na Sezari, izuka, ibwirizwa risumba ayandi

22:15-40

12:13-34

20:20-40

 

Abaza isinzi ko ari mwene Dawidi

22:41-46

12:35-37

20:41-44

 

Abanditsi n’Abafarizayo baragowe

23:1-39

12:38-40

20:45-47

 

Yitegereza umupfakazi atanga intererano

 

12:41-44

21:1-4

 

Umusozi w’imyelayo

Atanga ikimenyetso c’ukuhaba kwiwe

24:1-51

13:1-37

21:5-38

 

Ibigereranyo: inkumi cumi, italanto, intama n’impene

25:1-46

     

12 Nisani

Yeruzalemu

Indongozi z’Abayuda zija inama yo kumwica

26:1-5

14:1, 2

22:1, 2

 

Yuda ategura ivyo kumugura

26:14-16

14:10, 11

22:3-6

 

13 Nisani (Ku wa kane ku muhingamo)

Yeruzalemu no hafi yaho

Yitegurira Pasika ya nyuma

26:17-19

14:12-16

22:7-13

 

14 Nisani

Yeruzalemu

Asangira Pasika n’intumwa

26:20, 21

14:17, 18

22:14-18

 

Yoza ibirenge intumwa

     

13:1-20