Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

4-E

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi​—Ubusuku buhambaye bwa Yezu i Galilaya (Igice ca 3) n’i Yudaya

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi​—Ubusuku buhambaye bwa Yezu i Galilaya (Igice ca 3) n’i Yudaya

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

32, Inyuma ya Pasika

Ikiyaga c’i Galilaya; Betsayida

Ari mu bwato aja i Betsayida, Yezu aragabisha ku bijanye n’umwambiro w’Abafarizayo; akiza umugabo w’impumyi

16:5-12

8:13-26

   

Akarere ka Sezariya ya Filipo

Imfunguruzo z’Ubwami; avuga ibijanye n’urupfu rwiwe n’izuka ryiwe

16:13-28

8:27–9:1

9:18-27

 

Kumbure ku Msz. Herumoni

Ahinduka ukundi; Yehova avuga

17:1-13

9:2-13

9:28-36

 

Akarere ka Sezariya ya Filipo

Akiza umuhungu yiziziwe n’amadayimoni

17:14-20

9:14-29

9:37-43

 

Galilaya

Yongera kuvuga ibijanye n’urupfu rwiwe

17:22, 23

9:30-32

9:43-45

 

Kaperinawumu

Ariha ikori n’igiceri cavuye mu kanwa k’ifi

17:24-27

     

Umukuru mu Bwami; ibigereranyo vy’intama yatakaye n’umushumba atagira ikigongwe

18:1-35

9:33-50

9:46-50

 

Galilaya-Samariya

Ariko aja i Yeruzalemu, abwira abigishwa guheba vyose ku bw’Ubwami

8:19-22

 

9:51-62

7:2-10

Ubusuku Yezu yaranguriye mu nyuma i Yudaya

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

32, Umusi mukuru w’insago

Yeruzalemu

Yigisha ari ku musi mukuru; abapolisi barungikwa kumufata

     

7:11-52

Avuga ati: “Ndi umuco w’isi”; akiza umugabo yavutse ari impumyi

     

8:12–9:41

Kumbure i Yudaya

Arungika bamwe 70; bagaruka banezerewe

   

10:1-24

 

Yudaya; Betaniya

Ikigereranyo c’Umusamariya w’imbabazi; agendera Mariya na Marita

   

10:25-42

 

Kumbure i Yudaya

Asubira kwigisha rya sengesho ry’akarorero; ikigereranyo c’umugenzi akovya

   

11:1-13

 

Yirukana amadayimoni n’urutoke rw’Imana; asubira gutanga ikimenyetso ca Yona gusa

   

11:14-36

 

Asangira n’Umufarizayo; yiyamiriza ubwiyorobetsi bw’Abafarizayo

   

11:37-54

 

Ibigereranyo: umutunzi w’ikijuju n’umubwiriza w’umwizigirwa

   

12:1-59

 

Akiza umugore amugaye kw’Isabato; ibigereranyo vy’agatete ka sinapi n’umwambiro

   

13:1-21

 

32, Umusi mukuru w’iyegura

Yeruzalemu

Ikigereranyo c’umwungere mwiza n’uruhongore; Abayuda bagerageza kumutera amabuye; arahava akaja i Betaniya hakurya ya Yorodani

     

10:1-39