Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

4-F

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi​—Ubusuku Yezu yaranguye mu nyuma ari mu buseruko bwa Yorodani

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi​—Ubusuku Yezu yaranguye mu nyuma ari mu buseruko bwa Yorodani

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

32, inyuma y’Umusi mukuru w’iyegura

Betaniya hakurya ya Yorodani

Aja aho Yohani yariko arabatiriza; benshi bizera Yezu

     

10:40-42

Pereya

Yigisha mu bisagara no mu bigwati, agenda yerekeza i Yeruzalemu

   

13:22

 

Ahimiriza guca mu muryango waga; aririra Yeruzalemu

   

13:23-35

 

Kumbure i Pereya

Atanga icigwa co kwicisha bugufi; ibigereranyo: ikibanza cibonekeza kuruta ibindi n’abatumire barondera ivyitwazo

   

14:1-24

 

Guharura ico kuba umwigishwa bisaba

   

14:25-35

 

Ibigereranyo: intama yatakaye, ihera ryatakaye, umwana w’icangazi

   

15:1-32

 

Ibigereranyo: umubwiriza atagororotse, umutunzi na Lazaro

   

16:1-31

 

Yigisha ibijanye n’ibitsitaza, ukubabarira, n’ukwizera

   

17:1-10

 

Betaniya

Lazaro apfa hanyuma akazurwa

     

11:1-46

Yeruzalemu; Efurayimu

Umugambi wo kwica Yezu; avayo

     

Samariya; Galilaya

Akiza abanyamibembe cumi; avuga ingene Ubwami bw’Imana buzoza

   

17:11-37

 

Samariya canke Galilaya

Ibigereranyo: umupfakazi akovya, Umufarizayo n’umutozakori

   

18:1-14

 

Pereya

Yigisha ku vyerekeye umubano n’ukwahukana

19:1-12

10:1-12

   

Ahezagira abana

19:13-15

10:13-16

18:15-17

 

Ikibazo ca wa mutunzi; ikigereranyo c’abakozi bo mu murima w’imizabibu n’impembo ingana

19:16–20:16

10:17-31

18:18-30

 

Kumbure i Pereya

Avuga ivy’urupfu rwiwe ubugira gatatu

20:17-19

10:32-34

18:31-34

 

Yakobo na Yohani basabirwa ivyicaro mu Bwami

20:20-28

10:35-45

   

Yeriko

Ariko ararengana, akiza impumyi zibiri; agendera Zakayo; ikigereranyo c’imina cumi

20:29-34

10:46-52

18:35–19:28