4-D
Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi—Ubusuku buhambaye bwa Yezu i Galilaya (Igice ca 2)
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
---|---|---|---|---|---|---|
31 canke 32 |
Akarere ka Kaperinawumu |
Yezu atanga ibigereranyo vy’Ubwami |
||||
Ikiyaga c’i Galilaya |
Atururuza igihuhusi ari mu bwato |
|||||
Akarere ka Gadara |
Arungika amadayimoni mu ngurube |
|||||
Kumbure i Kaperinawumu |
Akiza umugore afise indwara yo kuva amaraso; azura umukobwa wa Yayiro |
|||||
Kaperinawumu (?) |
Akiza impumyi n’umuragi |
|||||
Nazareti |
Bongera kumwiyamiriza aho yavukiye |
|||||
Galilaya |
Agendagenda i Galilaya ubwa gatatu; yagura igikorwa mu kurungika intumwa |
|||||
Tiberiya |
Herodi acisha umutwe Yohani Umubatizi; Herodi azazanirwa n’ivya Yezu |
|||||
32, Pasika yegereje (Yoh 6:4) |
Kaperinawumu (?); RAR-SER Kyg. Galilaya |
Intumwa zigaruka zivuye kwamamaza; Yezu agaburira abagabo 5.000 |
||||
RAR-SER bw’Ikiyaga c’i Galilaya; Genesareti |
Abantu bagerageza kwimika Yezu; agendera ku kiyaga; akiza benshi |
|||||
Kaperinawumu |
Avuga ko ari “umukate w’ubuzima”;benshi baratsitara bakamuta |
|||||
32, inyuma ya Pasika |
Kumbure i Kaperinawumu |
Yiyamiriza imigenzo y’abantu |
||||
Fenisiya; Dekapoli |
Akiza umukobwa w’umugore w’i Sirofenisiya; agaburira abagabo 4.000 |
|||||
Magadani |
Yanka gutanga ikimenyetso kiretse ica Yona |