Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

16-B

Indwi ya nyuma y’ubuzima bwa Yezu bwo kw’isi (Igice ca 2)

Indwi ya nyuma y’ubuzima bwa Yezu bwo kw’isi (Igice ca 2)

12 Nisani

IZUBA RIRENZE (Umusi w’Abayuda utangura ukongera ukarangira izuba rirenze)

IZUBA RISERUTSE

  • Amarana umusi utekanye n’abigishwa biwe

  • Yuda yitegurira kugura Yezu

IZUBA RIRENZE

13 Nisani

IZUBA RIRENZE

IZUBA RISERUTSE

  • Petero na Yohani bategura Pasika

  • Yezu n’izindi ntumwa bashika bugorovye

IZUBA RIRENZE

14 Nisani

IZUBA RIRENZE

  • Asangira Pasika n’intumwa

  • Yoza ibirenge intumwa

  • Ataramura Yuda

  • Atanguza Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba

  • Agurwa agafatwa mw’itongo ry’i Getsemani

  • Intumwa zihunga

  • Acirwa urubanza n’Inama Nkuru kwa Kayifa

  • Petero yihakana Yezu

IZUBA RISERUTSE

  • Asubira kurengutswa imbere y’Inama Nkuru

  • Ajanwa kwa Pilato, hama kwa Herodi, akagarukanwa kwa Pilato

  • Acirwa urwo gupfa akamanikwa i Gologota

  • Acikana nk’isaha icenda z’umuhingamo

  • Ikiziga gikurwa ku giti kigafubwa

IZUBA RIRENZE

15 Nisani (Isabato)

IZUBA RIRENZE

IZUBA RISERUTSE

  • Pilato yemera ko hashirwa abarinzi ku mva ya Yezu

IZUBA RIRENZE

16 Nisani

IZUBA RIRENZE

  • Bagura iyindi mibavu yo kumusiga

IZUBA RISERUTSE

  • Azurwa

  • Yiyereka abigishwa

IZUBA RIRENZE