Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

4-C

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi—Ubusuku buhambaye bwa Yezu i Galilaya (Igice ca 1)

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi—Ubusuku buhambaye bwa Yezu i Galilaya (Igice ca 1)

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

30

Galilaya

Yezu amenyesha ubwambere yuko “ubwami bwo mw’ijuru bwegereje”

4:17

1:14, 15

4:14, 15

4:44, 45

Kana; Nazareti; Kaperinawumu

Akiza umuhungu w’intwazangabo; asoma umuzingo wa Yesaya; aja i Kaperinawumu

4:13-16

 

4:16-31

4:46-54

Ikiyaga c’i Galilaya, hafi y’i Kaperinawumu

Ahamagara abigishwa bane: Simoni na Andereya, Yakobo na Yohani

4:18-22

1:16-20

5:1-11

 

Kaperinawumu

Akiza inabukwe wa Simoni n’abandi

8:14-17

1:21-34

4:31-41

 

Galilaya

Agendagenda i Galilaya ubwa 1, na bamwe bane

4:23-25

1:35-39

4:42, 43

 

Akiza umunyamibembe; amasinzi amukurikira

8:1-4

1:40-45

5:12-16

 

Kaperinawumu

Akiza umuntu amugaye

9:1-8

2:1-12

5:17-26

 

Ahamagara Matayo; asangira n’abatozakori; ikibazo c’ukwisonzesha

9:9-17

2:13-22

5:27-39

 

Yudaya

Yamamaza mu masinagogi

   

4:44

 

31, Pasika

Yeruzalemu

Akiza umuntu arwaye ku kidengeri Bezata; Abayuda barondera kumwica

     

5:1-47

Avuye i Yeruzalemu (?)

Abigishwa bamyoza ingano kw’Isabato; Yezu ni “Umukama w’isabato”

12:1-8

2:23-28

6:1-5

 

Galilaya; Ikiyaga c’i Galilaya

Akiza ukuboko kw’Isabato; amasinzi amukurikira; akiza n’abandi benshi

12:9-21

3:1-12

6:6-11

 

Msz. hafi ya Kaperinawumu

Atora intumwa 12

 

3:13-19

6:12-16

 

Hafi ya Kaperinawumu

Ashikiriza Insiguro yo ku Musozi

5:1–7:29

 

6:17-49

 

Kaperinawumu

Akiza umusuku akorera intwazangabo

8:5-13

 

7:1-10

 

Nayini

Azura umuhungu w’umupfakazi

   

7:11-17

 

Tiberiya; Galilaya (Nayini canke hafi yaho)

Yohani atuma abigishwa kuri Yezu; inzoya zihishurirwa ukuri; ingǒgo yoroshe

11:2-30

 

7:18-35

 

Galilaya (Nayini canke hafi yaho)

Umugore w’umucumuzi amusuka amavuta ku birenge; ikigereranyo c’abafise umwenda

   

7:36-50

 

Galilaya

Urugendo rwa 2 rwo kwamamaza, na bamwe 12

   

8:1-3

 

Yirukana amadayimoni; igicumuro kitababarirwa

12:22-37

3:19-30

   

Yanka gutanga ikimenyetso kiretse ica Yona

12:38-45

     

Nyina wiwe na bene wabo baraza;avuga ko abigishwa ari incuti ziwe

12:46-50

3:31-35

8:19-21