Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Aho niyandikira utuntu​—Ibitsina, inyifato, urukundo

Aho niyandikira utuntu​—Ibitsina, inyifato, urukundo

IGIHIMBA CA 4

Aho niyandikira utuntu​—Ibitsina, inyifato, urukundo

Andika ingingo ngenderwako zitatu wiyemeje kubaho wisunga. Andika n’igituma wiyumvira ko imwe yose muri zo iranga ubukerebutsi. *

1. ․․․․․

2. ․․․․․

3. ․․․․․

[Akajambo k’epfo]

^ ing. 3 Nk’akarorero, woshobora kwandika uti: “Nzokwirinda guhuza ibitsina gushika nubatse urwanje, kandi mbona ko ari yo ngendo nziza kurusha izindi kubera ko . . . ” Uraraba neza ko ivyo wandika biserura ivyo ubwawe wemera koko mu vy’inyifato runtu, ntupfe kwandika ivy’uwundi.