Aho niyandikira utuntu—Ukwidagadura
IGIHIMBA CA 6
Aho niyandikira utuntu—Ukwidagadura
Vuga igihe biherutse gushika abavyeyi bawe bakakwankira ubasavye ko wogira ikintu kinaka co kwiryohera, wongere wandike ivyo wiyumvira ko bituma rimwe na rimwe abavyeyi bawe bakwankira.
․․․․․
Andika ibintu wize muri iki gihimba vyogufasha kwongereza amahirwe yo guhabwa uruhusha n’abavyeyi bawe.
․․․․․