Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igifukisho c’inyuma

Igifukisho c’inyuma

Igifukisho c’inyuma

Ibihimba bigize iki gitabu:

IMIGENDERANIRE YO MU MURYANGO

AKARANGA KAWE

KW’ISHURE NO HANZE

IBITSINA, INYIFATO, URUKUNDO

INGESO Z’UKWIGIRIRA NABI

UKWIDAGADURA

UGUSENGA

INYONGERA IGENEWE ABAVYEYI

Rwaruka mwitegurira kuba abantu bakuze! Mworonka gute ubuhanga muzokenera kugira mube abantu bakuze bitwararika ibintu? Iki gitabu Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro (Igitabu ca 1), kirashobora kubafasha. Impanuro gitanga zishingiye ku ngingo ngenderwako ngirakamaro zo muri Bibiliya. Ijambo ry’Imana ryarafashije abantu amamiliyoni kuvyifatamwo neza mu ngorane zo mu buzima. Raba ingene namwe rishobora kubafasha!

“Ubushobozi bwo kwiyumvira buzoguma bugucungereye, ugutahura kuzokuzigama.”—Imigani 2:11.