Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Utujambo

Utujambo

Utujambo

Iki gitabu kirimwo . . . 

IVYANDITSWE NYAMUKURU

bishira ahabona ivyiyumviro bihambaye

IMPANURO

inama ngirakamaro zizogufasha kuroranirwa

WARI UBIZI . . . ?

ibintu bibaho koko bizokabura ubwenge bwawe

ICO NTEGEKANYA GUKORA!

uturyo two guserura ukuntu uzokoresha nya mayagwa

UVYIBAZAKO IKI?

ibibazo bizogufasha kuzirikana ku vyo uzoba wasomye

Kirimwo kandi . . .

AHO NIYANDIKIRA UTUNTU

igihimba kimwekimwe cose c’iki gitabu gisozerwa n’urupapuro uzoshobora kwiyandikirako ivyiyumviro vyawe

AKARORERO WOKWIGANA

harerekanwa abantu kanaka bo muri Bibiliya bibereye ko twigana