Icigwa ca 6
Raba intoke zawe, pfunya amano yawe.
Erekana amatwi yawe hanyuma izuru ryawe.
Raba ayo maguru agufasha kwiruka, gusimba no kuzunguruka no gukora ibintu vyose bihimbaye!
Raba mu cirore, ubona iki?
Yehova yaremye ibintu vyose mu buryo butangaje!
KORA IBI
Somera umwana wawe:
Saba umwana wawe yerekane:
Intoke Amano Izuru
Amatwi Umunwa
Rondera ibi bintu bihishijwe:
Inkara Akayabu
Baza umwana wawe uti:
Ni nde yaremye wewe na jewe?