Ku wa gatanu
“Twongerereze ukwizera”—Luka 17:5
MU GITONDO
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 5 n’isengesho
-
2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Ukwizera gukomeye ku rugero rungana iki? (Matayo 17:19, 20; Abaheburayo 11:1)
-
3:10 INSIGURO Y’IBICE BINE: Igituma twizera . . .
-
• Ko Imana ibaho (Abanyefeso 2:1, 12; Abaheburayo 11:3)
-
• Ijambo ry’Imana (Yesaya 46:10)
-
• Ingingo ngenderwako z’Imana (Yesaya 48:17)
-
• Ko Imana idukunda (Yohani 6:44)
-
-
4:05 Ururirimbo No. 37 n’amatangazo
-
4:15 IGIKINO CO KWUMVIRIZA: Nowa: Ukwizera kwaratumye agamburuka (Itanguriro 6:1–8:22; 9:8-16)
-
4:45 ‘Mugire ukwizera kandi ntimukekeranye’ (Matayo 21:21, 22)
-
5:15 Ururirimbo No. 118 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
-
6:15 Ividewo y’umuziki
-
6:25 Ururirimbo No. 2
-
6:30 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Niwihweze ivyaremwe kugira ukomeze ukwizera kwawe
-
• Inyenyeri (Yesaya 40:26)
-
• Amabahari (Zaburi 93:4)
-
• Amashamba (Zaburi 37:10, 11, 29)
-
• Umuyaga n’amazi (Zaburi 147:17, 18)
-
• Ibikoko vyo mu mazi (Zaburi 104:27, 28)
-
• Umubiri wacu (Yesaya 33:24)
-
-
7:30 Ururirimbo No. 148 n’amatangazo
-
7:40 Ibikorwa vy’ububasha vya Yehova birakomeza ukwizera kwacu (Yesaya 43:10; Abaheburayo 11:32-35)
-
8:00 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Niwigane abagaragaje ukwizera, ntiwigane abatakugaragaje
-
• Niwigane Abeli, ntiwigane Kayini (Abaheburayo 11:4)
-
• Niwigane Henoki, ntiwigane Lameki (Abaheburayo 11:5)
-
• Niwigane Nowa, ntiwigane ababanyi biwe (Abaheburayo 11:7)
-
• Niwigane Musa, ntiwigane Farawo (Abaheburayo 11:24-26)
-
• Niwigane abigishwa ba Yezu, ntiwigane Abafarizayo (Ivyakozwe 5:29)
-
-
8:55 “Gume musuzuma yuko muri mu kwizera” —Mwobigira gute? (2 Abakorinto 13:5, 11)
-
9:30 Ururirimbo No. 119 n’isengesho ryo gusozera